INGO Trend

INGO Trend GAME ON 🎯

🚨 BIMAZE KWEMEZWA: Abakinnyi ba Real Madrid bashobora GUHERA ku mukino wo gusubiriza (2nd leg) uzobera i Etihad nimba ba...
08/03/2026

🚨 BIMAZE KWEMEZWA: Abakinnyi ba Real Madrid bashobora GUHERA ku mukino wo gusubiriza (2nd leg) uzobera i Etihad nimba baronse ikarata y’umuhondo ku wa gatatu:

⚠️ Vinícius Jr ⚪
⚠️ Tchouaméni ⚪
⚠️ Huijsen ⚪
⚠️ Carreras ⚪
⚠️ Bellingham ⚪

👀 Ivyo bisigura ko aba bakinnyi bategerezwa kwirinda cane amakarata y’umuhondo mu mukino uza.

Trend

Aurélien Tchouaméni amaze guhabwa Man of the Match (MOTM) mu ntsinzi 3 ziheruka za Real Madrid.Ubu ni uwa 3 mu bakinnyi ...
08/03/2026

Aurélien Tchouaméni amaze guhabwa Man of the Match (MOTM) mu ntsinzi 3 ziheruka za Real Madrid.

Ubu ni uwa 3 mu bakinnyi ba Real Madrid bafise MOTM nyinshi muri uyu mwaka, inyuma ya Vinícius Júnior na Mbappé.

🎖️ MOTM vs Benfica
🎖️ MOTM vs Benfica
🎖️ MOTM vs Celta Vigo

🔥 Tchouaméni ariko arategeka hagati mu kibuga muri Real Madrid! 🤍✊🏿

💬 Wibaza ko ari umwe mu bakinnyi bakomeye hagati mu kibuga kw’isi ubu? 👀👇

Trend

🚨💣 Gareth Bale abajijwe ku mwaka yatsinzemo ibitsindo vyinshi muri Real Madrid yavuze ati:“Sinzi neza. Bishobora kuba nk...
08/03/2026

🚨💣 Gareth Bale abajijwe ku mwaka yatsinzemo ibitsindo vyinshi muri Real Madrid yavuze ati:

“Sinzi neza. Bishobora kuba nka 25 canke hafi aho. Ariko narahaye imipira myinshi Cristiano (Ronaldo) ngo atsinde. Iyo bitaba uko, wari kwongerako n’ibindi nk’10!” 😂⚽️

🐐 Ibi vyerekana ukuntu Bale yakoranira neza na Cristiano Ronaldo muri Real Madrid

Trend

😲 Ibice 50% vy’ibitsindo vya Omar Marmoush muri Manchester City yabitsinze kuri Newcastle! 🔥💙• Premier League: ⚽⚽⚽• EFL ...
08/03/2026

😲 Ibice 50% vy’ibitsindo vya Omar Marmoush muri Manchester City yabitsinze kuri Newcastle! 🔥💙

• Premier League: ⚽⚽⚽
• EFL Cup: ⚽⚽
• FA Cup: ⚽⚽

👀 Biragaragara ko Newcastle (Magpies) ari bo Marmoush akunda gutsindira cane!

💬 Mbega Newcastle izoshobora kumubuza gutsinda mu nkino zikurikira?

Trend

🚨 Vinícius Jr yavuze ati:“Ngaha muri Real Madrid, ntitwigera dutanga icizere gushika ku munota wa nyuma. Turama **twiteg...
08/03/2026

🚨 Vinícius Jr yavuze ati:

“Ngaha muri Real Madrid, ntitwigera dutanga icizere gushika ku munota wa nyuma. Turama **twiteguriye ibishobora kuba vyose.” 💣⚪

🔥 Umwuka w’intambara muri Real Madrid urabandanya!

💬 Wibaza ko Real Madrid ishobora gutsinda uwo bahanganye? 👀👇

Trend

🚨 AMAKURU MASHASHA KURI LIONEL MESSI 🐐Nyene umugwi wa Inter Miami, Jorge Mas, yatangaje ko Lionel Messi aronka amafarang...
08/03/2026

🚨 AMAKURU MASHASHA KURI LIONEL MESSI 🐐

Nyene umugwi wa Inter Miami, Jorge Mas, yatangaje ko Lionel Messi aronka amafaranga ari hagati ya $70M na $80M ku mwaka 💰, harimwo n’inyungu afise kubera ko afise igice c’umugwi wa Inter Miami.

Ariko nk’uko bivugwa na MLS Players’ Association,
🔹 Umushahara shingiro wa Messi ni $12M ku mwaka
🔹 Amafaranga yose yizewe aronka agashika kuri $20.45M 👀

Messi abandanya kwerekana ko ari umwe mu bakinnyi bafise agaciro kanini cane mu mupira w’amaguru kw’isi 🌍⚽

Wowe ubona gute? Mbega Messi akwiye aya mafaranga? 🤔👇

Trend

Erling Haaland ntari no ku ntebe y’abasubira mu kibuga mu rukino rwa Newcastle vs Manchester City! 🙅‍♂️⛔Uyu ni umwanzuro...
07/03/2026

Erling Haaland ntari no ku ntebe y’abasubira mu kibuga mu rukino rwa Newcastle vs Manchester City! 🙅‍♂️⛔

Uyu ni umwanzuro wafashwe na Pep Guardiola kugira Haaland aruhuke mbere y’urukino rukomeye rwa Real Madrid vs Manchester City ruzoba ku wa gatatu 🔋⚽

Bitegekanijwe ko Haaland azotangura urukino kuri Santiago Bernabéu mu ndwi iza 🇳🇴

Trend

07/03/2026

Vya bintu vyakomeye umukuru w'igihugu ca reta yunze ubumwe bwa Amerika avuze kubibazo biri indani mugihugu iyumvire nawe

Trend

👀 Joan Laporta:“Real Madrid yatsinze kubera ikosa ry’umusifuzi ryabaye mw’ijoro riheze. Iyo aba ari twebwe, VAR yari guh...
07/03/2026

👀 Joan Laporta:

“Real Madrid yatsinze kubera ikosa ry’umusifuzi ryabaye mw’ijoro riheze. Iyo aba ari twebwe, VAR yari guhagarika ico gitego ikavuga ko kitari co.” 💣‼️

Trend

AMAKURU MASHASHA: Antoine Griezmann ntazoja muri Orlando City, ahubwo azoguma mu mugwi wa Atlético Madrid. 🔥Umuyobozi Ma...
07/03/2026

AMAKURU MASHASHA: Antoine Griezmann ntazoja muri Orlando City, ahubwo azoguma mu mugwi wa Atlético Madrid. 🔥

Umuyobozi Mateu Alemany yavyemeje ati:
“Afise amasezerano kandi azo guma ari kumwe natwe. Nta gishasha kirimwo.” 🔴⚪️

Trend

Kuri uno musi mu mwaka wa 2012:Lionel Messi yabaye umukinnyi wa mbere ashoboye gutsinda ibitego bitanu (5) mu rukino rum...
07/03/2026

Kuri uno musi mu mwaka wa 2012:
Lionel Messi yabaye umukinnyi wa mbere ashoboye gutsinda ibitego bitanu (5) mu rukino rumwe rwa UEFA Champions League, igihe Barcelona yatsinda Bayer Leverkusen ibitego 7 kuri 1. 🤯

Muri uwo mwaka w’inkino, Messi yaciye atsinda ibitego 73 mu mikino 60 yakinnye mu marushanwa yose. 🌟

Trend

👇🚨 Víctor Font yavuze ati:“Ukuri ni uko mu myaka 5 iheze, FC Barcelona yakoresheje amahera arenga €1B kurusha ayo yinjij...
07/03/2026

👇

🚨 Víctor Font yavuze ati:
“Ukuri ni uko mu myaka 5 iheze, FC Barcelona yakoresheje amahera arenga €1B kurusha ayo yinjije, hanyuma turabishumbusha mu kugurisha bimwe mu vy’umugwi (assets za club).” 💰

“Intumbero ni uko twinjiza €1.65B mu mafaranga yinjira, kandi tukaronka inyungu ya €300M mu mwaka wa nyuma tuzoba tukiri mu buyobozi.” 🔵🔴

Trend

Address

Dubaï
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when INGO Trend posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share