Tegura Kazoza Muri Yesu

Tegura Kazoza Muri Yesu Diffuser et prêcher la Parole de Dieu ( Versets Bibliques), Exciter, Edifier, Enseigner et Encourager

Ukurira kworarira umuntu mw'ijoro ariko mugitondo impundu zikavuga
22/06/2026

Ukurira kworarira umuntu mw'ijoro ariko mugitondo impundu zikavuga

Uhoraho ni mwiza cane...
21/06/2026

Uhoraho ni mwiza cane...

Toza umwana indero izamuherekeza nomubusaza..
20/06/2026

Toza umwana indero izamuherekeza nomubusaza..

Alufa na Omega, nzobaha kunwa ku mazi y'ubugingo
19/06/2026

Alufa na Omega, nzobaha kunwa ku mazi y'ubugingo

19/06/2026

☝🏼☝🏼☝🏼☝🏼☝🏼☝🏼☝🏼☝🏼☝🏼

Luka 5 17-20

17.Ku musi umwe muri yo yarigisha. Abafarisayo n'abigisha ivyagezwe bari bicayeho, bavuye mu mihana yose y'i Galilaya n'i Yudaya n'i Yerusalemu; kand' ubushobozi bw'Umwami Imana bwari muri we bwo gukiza indwara. 18. Maze haza abagabo bazanye ikimuga, bagiteruye mu nderuzo, barondera ingene bacinjiza ngo bagishire imbere yiwe. 19. Babuze aho bocinjiriza kubw' ishengero, burira hejuru ku nzu, bagicisha mu mategura ayisakaye, bacururutsa mu nderuzo hagati y'abantu imbere ya Yesu. 20. Abonye ukwizera kwabo, aravuga, at' Ewe muntu, ivyaha vyawe urabihariwe.

Mutima wanje ntukicurikire kuko Imana yawe ibonera hose icarimwe.
17/06/2026

Mutima wanje ntukicurikire kuko Imana yawe ibonera hose icarimwe.

14/06/2026
Abacamanza 14:5-9
31/05/2026

Abacamanza 14:5-9

Yona 2:10
24/05/2026

Yona 2:10

Mutihaya ngo muvyure ihembe ryanyu ngo muragahambaye. Imana ihambaye yabumvye isi, ibiyiriko, n'ijuru irahari. Mutakora ...
24/05/2026

Mutihaya ngo muvyure ihembe ryanyu ngo muragahambaye. Imana ihambaye yabumvye isi, ibiyiriko, n'ijuru irahari. Mutakora ikosa ryokwiduza kuko yobazimya mukanya isase

Address

RN6
Bujumbura

Telephone

+25779564058

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tegura Kazoza Muri Yesu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Tegura Kazoza Muri Yesu:

Shortcuts

Share