Akaruhuko

Akaruhuko Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Akaruhuko, Clothing Store, Bujumbura.

Har'umuntu yaremaye ibirenge uhereye kuva munda ya nyina,Yama aterurwa, bakamushira kw'irembo ry'urusengero ryitwa ryiza...
07/10/2025

Har'umuntu yaremaye ibirenge uhereye kuva munda ya nyina,Yama aterurwa, bakamushira kw'irembo ry'urusengero ryitwa ryiza uko bukeye, kugira ngo asege abinjira m'urusengero.uyo abonye petero na yohana bagira binjire mu rusengero,arabasega ngo bamuhe (ifeza n'izahabu).abashirak' umutima agira ngo har'ico bamuha.petero aramubarira at'ifeza n'izahabu ntavyo mfise,arikw'ico mfise ndakiguha:mw'izina rya yesu kristo umunyanazareti, VA hasi utambuke.

, ivyo twifuza,ivyo dukeneye.bamwimye ico ashaka bamuha ico akeneye.
uy'umusi Data aguhe ico ukeneye mw'izina rya yesu kristo

Ariko mweho mur'ubwoko bwatoranijwe, mukoranije kuba abami n'abaherezi, mur'ihanga ryera, abantu bashiriweho kuba inyegu...
03/10/2025

Ariko mweho mur'ubwoko bwatoranijwe, mukoranije kuba abami n'abaherezi, mur'ihanga ryera, abantu bashiriweho kuba inyegu yiharije, kugira ngo mukwize ishimwe ry'iyabahamagaye, ikabakura mu mwiza, ikabash*tsa mu muco wayo utangaje.

, umwami n'umuherezi , uwo uriwe.
ni mwiza gose kuri twese.

kuko ni waturisha akanwa yuko yesu ar'umwami, ukizera m'umutima yukw'Imana yamuzuye imukuye mu bapfuye, uzokizwa.kuk'umu...
02/10/2025

kuko ni waturisha akanwa yuko yesu ar'umwami, ukizera m'umutima yukw'Imana yamuzuye imukuye mu bapfuye, uzokizwa.
kuk'umutima ari wo umuntu yizeresha, akaronka ukugiroroka: kand'akanwa akaba ariko yaturisha, akaronka agakiza.

,ukwumva ,ukizera, ukatura, =ukakiira ku gakiza katanzwe.hama ukaronka akaruhuko muri we, niyo waba wizeye ijambo ry'Imana ndagusaba ngo wandike muri comment.
ni mwiza kuri twese.

Nuko natwe, ko dukikijwe n'igipfungu c'ivyabona kingana gityo, twiyambure ibituremera vyose, n'icaha gikunda kutwizingir...
01/10/2025

Nuko natwe, ko dukikijwe n'igipfungu c'ivyabona kingana gityo, twiyambure ibituremera vyose, n'icaha gikunda kutwizingirako vuba, dusiganirwe ivyo twashizwe imbere twihanganye.

, kurekura, gufata ingingo, imbaraga zigushoboza.
kw'icumi kukubere ukwo kubohoka kur'ico cose cakubuza kwezwa, ufate ingingo Data azogushoboza.

Kandi mukundishe uhoraho Imana yanyu imitima yanyu yose n'ubugingo bwanyu bwose, n'ubwenge bwanyu bwose, n'inkomezi zany...
30/09/2025

Kandi mukundishe uhoraho Imana yanyu imitima yanyu yose n'ubugingo bwanyu bwose, n'ubwenge bwanyu bwose, n'inkomezi zanyu zose.

, Urukundo rudafatanye n'ibihe
ni mwiza kuri twese, iteka nkwipfurije kuruhukira muri weee.

Nyina Abwira abasuku, At' Icababwira cose mugikore. , kumva , kumvira  indwi idasanzwe ,uze wumve ijwi ry'Imana k'ubuzim...
29/09/2025

Nyina Abwira abasuku, At' Icababwira cose mugikore.

, kumva , kumvira
indwi idasanzwe ,uze wumve ijwi ry'Imana k'ubuzima bwawe,kandi uze wumvire ugambure m'ugukora icusabwa.

kuko tur'ibiremwa vyayo, twaremewe muri kristo yesu ngo dukore ibikorwa vyiza, ivyo Imana yateguye kera ngo tubigenderem...
27/09/2025

kuko tur'ibiremwa vyayo, twaremewe muri kristo yesu ngo dukore ibikorwa vyiza, ivyo Imana yateguye kera ngo tubigenderemwo.

, n'umuremyi, kurekura
mwiza kuri twese ,uy'umusi wakire akaruhuko Muri kristo.

Kandi none ndabaremesha,ni muhumure, kuko muri mwebwe hatazopfa n'umwe, atar'ubwato. , kuko uwavyawe n'impwemu wese yaba...
26/09/2025

Kandi none ndabaremesha,ni muhumure, kuko muri mwebwe hatazopfa n'umwe, atar'ubwato.

, kuko uwavyawe n'impwemu wese yabaye unesha,uko uri.

nimwiza kuri twese

Mwambare ibigwanishwa vyose vy'Imana, kugira ngo mushobore guhagarara mudatsinzwe n'ubugunge bga wa murwanizi.kukw'abo t...
25/09/2025

Mwambare ibigwanishwa vyose vy'Imana, kugira ngo mushobore guhagarara mudatsinzwe n'ubugunge bga wa murwanizi.
kukw'abo tunigana atar' ab' inyama n'amaraso, ariko tunigana n'abakuru n'abafise ububasha n'abaganza iyi si y'umwiza, n'impwemu mbi z'ahantu ho mw'ijuru.

, ukuri, ibigwanishwa, ukwizera.
mwiza kuri twese ,turuhukire muri kristo.

None mweho, abo nkunda, kuko musanzwe muzi ivyo, mwirinde ngo ntimutwarwe n'ubuzimire bw'abatirinda, mugata ugushikama k...
24/09/2025

None mweho, abo nkunda, kuko musanzwe muzi ivyo, mwirinde ngo ntimutwarwe n'ubuzimire bw'abatirinda, mugata ugushikama kwanyu.

, umusi mwiza, ibikwiye gutangwa,irinda ijambo ryayo.

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Akaruhuko posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category