Thaddée wingozi

Thaddée wingozi LIFE

Kuvayo 20:4
19/08/2026

Kuvayo 20:4

Mubatwenga sindimwo
16/08/2026

Mubatwenga sindimwo

🔵Kirazira kwihanira uwujejwe umutekano , nubwo yoba yakurenganije , uyu mwambaro baba bambaye , ni umwambaro w'igihugu ,...
04/08/2026

🔵Kirazira kwihanira uwujejwe umutekano , nubwo yoba yakurenganije , uyu mwambaro baba bambaye , ni umwambaro w'igihugu , bisigura ko ukubise canke ugakomeretsa uwujejwe umutekano , uba ukubise igihugu kandi uba usuzuguye ibirango n'amabara y'ibendera ry'igihugu biba biri kur'uno mwambaro .

Niwagiraniranira amatati canke ukarenganywa k'umugaragaro n'uwujejwe umutekano , Uze witure ubutungane canke umutinge atambaye uyu mwambaro w'igihugu 😋 mugire ico mwubaha sha .

Amen amen
01/08/2026

Amen amen

Amen
28/07/2026

Amen

20/07/2026

Mwabantumwe Imana ihezagira mugatangura kwirata nogukumira abo mwarya kamwe mumenye yuko iyitanga ariyo yisubiza.🙋🙋ndavuga sindaga🤷🤷

Amen!
18/07/2026

Amen!

16/07/2026

Ntaco mfise novuga akavuze abaraho ngo n'akasamutwe ntiyabeshe.

14/07/2026

Muzoba mukoze muduforowinze👇👇

Address

Avenue Kagoma
Ruhororo
148915

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Thaddée wingozi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Thaddée wingozi:

Shortcuts

Share