GUSHUHA.com

GUSHUHA.com Kkkkkkk

01/03/2026

Ngayo Nguko

Ngayo Nguko, Micky ku murongo wa Telephone, mu Kiganiro AG(umugabo we) yariko akorana na Sabin, yagize ngo : " Namubwira...
01/03/2026

Ngayo Nguko, Micky ku murongo wa Telephone, mu Kiganiro AG(umugabo we) yariko akorana na Sabin, yagize ngo : " Namubwira azapf* mbere ya Divorce"

More in the comment

01/03/2026

Inyuma ya Ali Khamenei, Iran yaronse umuyobozi mushya ariwe Ayatollah Alireza Arafu

Inyuma Yuko hamenyekanye ko umuyobozi w'ikirenga wa Iran yaraye yitabiye Imana mu bitero byabaye kuri uyu wa 6, ku mugwa...
01/03/2026

Inyuma Yuko hamenyekanye ko umuyobozi w'ikirenga wa Iran yaraye yitabiye Imana mu bitero byabaye kuri uyu wa 6, ku mugwa mukuru wa Iran, uwumusubirira yamaze kumenyekana.

Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Cerfia co mu Bufaransa abivuga, uwo muyobozi mushasha akaba yitwa Ayatollah Alireza Arafu, akaba nawe Ari mu bayobozi bakomoye muri ico gihugu.

Aya makuru akaba amenyekanye nyuma Yuko ubuyobozi bw'igihugu, bwemeye ko uwo muyobozi w'ikirenga yahitanywe n'ibyo bitero, kuko Minister w'ububanyi n'amahanga wa Iran kuri uyu wa 6 yari yamenyesheje ikinyamakuru c'abanyamerika NBC news ko abayobozi Bose bakomeye ataco babaye.

Gushika ubu hakaba hakomeza kuvugwa ko abayobozo batari bake bo muri ico gihugu bapfiriye muri ico gitero.

Ngayo Nguko, Cassa bakaba bamubwiye uko yinjiye mu Kibazo ca BadRama
27/02/2026

Ngayo Nguko, Cassa bakaba bamubwiye uko yinjiye mu Kibazo ca BadRama

Mu gihe Abatari bake barimwo uwuzwi nka Djihad ngo bariko bamubaga Kuma live Yaza Instagram n'ahandi, Aho yagaruka gutur...
18/02/2026

Mu gihe Abatari bake barimwo uwuzwi nka Djihad ngo bariko bamubaga Kuma live Yaza Instagram n'ahandi, Aho yagaruka gutura I Kigali, Semuhungu Eric avuga ko Leta y'Urwanda ibicishije kuri Immigration yamuhamagaje Kacyiru.

Mu Kiganiro na Godfather kuri TikTok, Yagarutse kuri iryo hamagarwa ryiwe Kacyiruz avuga ko bamubereye abavyeyi, bamubaza ko abasha gukurikirana imitungo yiwe yasize muri Amerika, cyanga babikurikirana.

Semuhungu yanemeje ko Abanyarwanda bamugambaniye bigatuma gahunda yarimo muri Amerika zihagarara ngo bazwi muri Immigration kuko yasize abavuze.

Semuhungu yagize ati : "Leta y'Urwanda n'umubyeyi, ni n'abantu beza. Barampamagaye kuri Immigration Kacyiru, barambaza bati Account zawe za bank, imitungo yawe byose uri kuby'accessinga, umeze neza, cyanga tuvugishe Leta ya hariya, ibintu byawe tubikurikirana bize. Kugira wumve ukuntu Rwanda government Ari abantu beza.
Nanjye nti ibintu byanje ndabifite, ama compte ya bank ndi kuya minitaringa, nshobora gu transfera amafaranga.
Bati bagufashe neza, Igihe wari hariya, nti bamfashe neza. Mbabwira amazina ya bariya bantu bampemukiye byose wumve ko bicara banabizi."

Written by Mp Yann

Super Manager yashize umuco ku bujiji yagirijwe Bruce Melodie, Aho yabaza ibijanye na Monetisation imbere ya H.E Paul Ka...
18/02/2026

Super Manager yashize umuco ku bujiji yagirijwe Bruce Melodie, Aho yabaza ibijanye na Monetisation imbere ya H.E Paul Kagame mu n'ama y'umushikirano.

Uwo mushoramari yavugiye mu Kiganiro The Choice Live ko naho Bruce Melodie amaze kugera ku bikomeye, agifite byinshi byo kwiga. Birimo kumenya kwitegura bihagije imbere yo kuja kubaza ibibazo, kuko mu mushikirano Atari kubaza, ikibazo adafitiye amakuru ahagije.

super Manager yashize Ati :
"Icyambabaje kuri Bruce Melodie, ntabwo yari buje imbere ya President, ngo avuge ngo turasaba Monetisation. Ahubwo wari bube wararevye ngo kuki ubundi Monetisation ishobora guhabwa Kenya, igahabwa Tanzania, twebwe ntituyihabwe. Twebwe n'ikihe cyaha twakoze? Kuki tutayihabwa? Wakabaye warakoze research, ukaba U*i neza iyo mpamvu. Melodie yakagombye kuba yarakoze research imbere yo kuja mu n'ama y'umushikirano. Ntabwo waja mu n'ama nkiriya udafite amakuru ku kintu ugiye kubaza neza, kuko iyo bamaze kumenya Yuko bagufata mu rwego runaka, ariko ukaba utari ufite amakuru ku kintu ukabaza, iyo n'ayo n'inenge."

Written by Mp Yann

Umuhanzi Kivumbi King ngo nawe yashize ukuboko mw'iyandikwa n'ikorwa rya ya ndirimbo Pom Pom ya Bruce Melodie yakoranye ...
18/02/2026

Umuhanzi Kivumbi King ngo nawe yashize ukuboko mw'iyandikwa n'ikorwa rya ya ndirimbo Pom Pom ya Bruce Melodie yakoranye Diamond Platunmz, naho yanze kuvuga neza neza Aho yashize ukuboko.

Uyu muhanzi mu Kiganiro The choice live, yanze Gushira agatoki kuvyo yanditse muri iyo ndirimbo, ariko yemeza ko mu bayanditse yarimo.

Bamubajije neza neza amagambo yanditsemo, yavuze ko atabirekuriwe, ariko yemeza ko akantu akundamo, ari amagambo yaririmbwe na Bruce Melodie Aho yaririmbye ngo " If you leave I will get another you".

Kivumbi King yakomeje agira Ati :
"I can't say, ariko I was there, no muri writing process I was there, and ubundi ukuntu bigenda, u are not suppose to go outside telling people ngo... Muri Agreement, gufasha uko nabyumva muri beat, ibintu nkibyo byose, but indirimbo n'ubundi bari bayifise already, twagiye kuja muri Studio barakozehi ibintu byinshi , njye nta kintu gihambaye nongeyeho."

Written by Mp Yann

Kivumbi king amagambo yavugiye mu Kiganiro The choice live, asa n'ayahushanye n'ibyo Kenny Manager wa 1:55 AM yavugiye k...
18/02/2026

Kivumbi king amagambo yavugiye mu Kiganiro The choice live, asa n'ayahushanye n'ibyo Kenny Manager wa 1:55 AM yavugiye kuri Micro za Igihe Sports, ku bijanye n'iya njira ryiwe muri iyo Label.

Uyu muhanzi yavugiye mu Kiganiro ko bazabimenyesha abantu Igihe azashirira umukono ku masezerano yo kwinjira muri label ya Coach Gael, ariko yemeza ko basanzwe bakundana, Kandi bakorana.

Aha uyu muhanzi yavuze ko team zose uko Ari zibiri Yaba iyiwe kimwe n'iya 1:55AM bari mu biganiro, ngo bishoboka ko uyu mwaka basinya amasezerano.

Kivumbi yagize Ati : "Ntago ndi muri 1:55, because twari kuba twarabyerekanye, we have our own ways off working together. Especially nuko Ari aba Big Bro banjye nkunda nabo bankunda bya hatari, tukareba umuntu twakorana.
Uwo musi nugera where we put everything together tuzabahamagara."

Ibi bije bishimangira ivyo Umunyamakuru wa Isibo TV, Aho yaheruka kuvuga ko bidashoboka ko iyinjira rya Kivumbi muri 1:55 AM byavugirwa kuri YouTube, ngo ata kintu gikomeye kibaye, kuko Yaba Label Yaba agiyemo, kimwe nawe ubwe ari brands zikomeye zitapfa gukora ibintu uko.

Written by Mp Yann

Address

Qaryah House
Muscat
0000

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when GUSHUHA.com posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share