25/10/2020
Kubo twari kumwe n'ijoro nashaka tubandanye, turabire hamwe uko twokingira amagara yacu n'uko twoyakiza kubamaze gufatwa n'indwara zimwe muzo twadondaguye n'ijoro.
Iyo umuntu akitswe n'amagara ikintu cambere kiza mumutwe ni kuja kwivuza.
Harabo usanga ataburyo bagira bakabura uko bobigenza kugira bakire.
Ego kuja kwivuza kwa muganga nivyiza cane mugihe ufita uburyo, mugihe utabufita canke ubufita ariko indwara yawe ntibe iyotuma uja kubitaro, woraba uko wokwikiza ubwawe.
Erega Umuti uvura umuntu Imana ntabwo yawushize mwishamba rya kure kuburyo utohashika oya ahubwo murabana Kandi muramana hafi.
Ivyamwa, amababi yavyo, imizi yavyo n'imbuzo zavyo ku bice birenga 80% niwo muti udukiriza amagara ukanayakingira.
Ivyamwa ndazi ko muburundi Imana yatwomoreye vyuzuye, none woba u*i Umuti wogukiza murivyovyamwa cank ibiterwa mufise kumbuga??
Abenshi muri mwebwe iyo baronse ivyamwa bibwira ko icamwa cikwije , oyaaa ahubwo Akamaro kanini uzogasanga mu mbuto, amababi, imizi, ibishishwa vyavyo.
Akarorero:
•Amababi y'ipapayo, imbuto zaryo)
•Amababi y'ipera
Biravura cane indwara zo munda Kandi bikagira akamarokanini kurukoba mukukurinda uruhere n'izindi ngorane.
Biravura kugumbiza(Constipation) 100%
_ birakuza umushatsi kumuvuduko.
•Ubuki, tangawizi(ginger) , Ingagari biravura bikongera bigakinga indwara nyiiiiinshi cane kumagara y'umuntu.
• Celerie icanze na aloe vera biragabanya isukari ryo mumubiri bikanavura diabetes.
•kubarangiza vuba nabo tangawizi, ubuki hamwe na tunguru sumu niwo muti.
Muti Umuti uca ukorwa gute ugafatwa gute?
Nivyo tuzorabira hamwe aho bukera.
Tuzogenda tuvuga kuri kimwe kimwe cose uko gitunganywa n'uko gikora
Bandanya musangiza abandi munakora like abatarayikora .
Murakoze
Ibibazo Munsi
Fiston Hendrix 24 updates