The way of eternal life

The way of eternal life My page is only to talk about way to eternal life

vyose bigenda neza
27/05/2023

vyose bigenda neza

11/02/2023
23/05/2022

Ndabahaye ikaze Mwihurire Nagakiza kazanye Yesu arindagukupfira .aravuga ati "Nimuze yemwe abarushe n abaremerewe ndabaruhu Nikoreze ingatayanje kuko irahwahutse nimunyigireko kuko ndi Umugwaneza aciye bugufi " isango rero nikuruyu wagatandatu le 28.5.2022.,naho woba urikure uraca kur FB cnk YouTube live kur page ya Église du Bonberger au Burundi nigujera 16h kuriryo genekerezo nyene.

Igihe dufise ncuti nigito icogukora menya gutandukanya nokumenyereza ubugingo bwawe kubaho bwejejwe .ahawe n uyumusi .Ej...
15/05/2022

Igihe dufise ncuti nigito icogukora menya gutandukanya nokumenyereza ubugingo bwawe kubaho bwejejwe .ahawe n uyumusi .Ejo nah'Imna

20/04/2022

Shalom shalom nizereko Muguwe neza Mumwami wacu
Kandi ndabipfurije kugumamwo satani ntakubesheshe ibinyoma vyiwe kuko wewe icamuzanye kiri mur yohani10:10 .Imana idufashe

21/02/2022

Nimwe yemwe abahakanyi nimwumve ubutumwa Abataziko YESU ar IMANA.
Ba ISLAM namwemwese mutarahishurigwa Yesu Kristo UBUTURI MUMAHIGWE yanyuma

18/02/2022
02/02/2022
02/02/2022

Tout est possible au nom de Jesus Christe

Address

Mutakura
Bujumbura

Telephone

+25769343054

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when The way of eternal life posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share