Galaxy-MultiServices

Galaxy-MultiServices Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Galaxy-MultiServices, Apparel & Clothing, Bujumbura.

30/06/2026
📰 MUBUCOM YONGEYE KWEREKANA KO IYITAYEHO ITERAMBERE RY’UBURIMYIMu rugendo rwakozwe uyu munsi, ishirahamwe MUBUCOM ryagen...
30/06/2026

📰 MUBUCOM YONGEYE KWEREKANA KO IYITAYEHO ITERAMBERE RY’UBURIMYI

Mu rugendo rwakozwe uyu munsi, ishirahamwe MUBUCOM ryagendeye abarimyi batandukanye bahinga igitunguru mu ntumbero yo kwirabira aho ibikorwa vyabo bigeze no kubaganiriza ku buhinga bubafasha kwongera umwimbu.

Muri urwo rugendo, abahinga ba MUBUCOM batanze impanuro zijanye no kwitaho ibiterwa, gukinga no kuvura indwara n’udukoko twonona umwimbu, hamwe no gukoresha neza ifumbire n’ubundi buhinga bugezweho.

Abarimyi baganiriye n’abaserukira MUBUCOM bavuze ko bishimiye cane iyo ntambwe, bavuga ko impanuro bahawe zizobafasha kurushiriza guteza imbere ibikorwa vyabo no kwimbura neza.

Ubuyobozi bwa MUBUCOM bwashimangiye ko buzobandanya kwegera abarimyi no kubaherekeza, kuko uburimyi ari imwe mu nkingi z’iterambere ry’igihugu.

Abakurikiranye urwo rugendo babona ko ibikorwa nk’ivyo bifasha mu gukomeza ubumenyi bw’abarimyi no guteza imbere uburimyi bwa kijambere.

📸 Amafoto akurikira yerekana uko urwo rugendo rwagenze n’ukuntu abarimyi bakiriye neza intumwa za MUBUCOM.

namwe ntitwobibagira mwarikumwe natwe
09/06/2026

namwe ntitwobibagira mwarikumwe natwe

GMS turabakeje tunabashimira guhitamwo twebwe ngo tubufashe muburyo bwama sanamu
09/06/2026

GMS turabakeje tunabashimira guhitamwo twebwe ngo tubufashe muburyo bwama sanamu

05/06/2026

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Galaxy-MultiServices posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share