29/05/2026
🚨 Vidéo ya Shakira yakozwe ku Gikombe c'Isi yateje impaka zikomeye ku mbuga nkoranyambaga. 😳
Abantu benshi bari kunegura ko ata bakinyi b’Abanyafurika babobeka muri iyo clip, kandi uburyo yakozwemwo, ahafatiwe amashusho hamwe n’ibimenyetso byinshi vyakoreshejwe bisa n’ibyahumekewe cane n’Afurika. 🌍
Hari mbere n’abavuga ko iyo clip yerekanye Afurika mu buryo bwimico yaho ikoresha gusa ibibanza n’ibimenyetso bimenyerewe ku mugabane wa Afurika ata kwerekana vy’ukuri abakinyi b’Abanyafurika. 👀🔥 (via X)