The Rod

The Rod The Hit News
Sport and Entertainment
We Promote Everything

Kura amaboko mumpuzu ukore imbere niheza Kandi IMANA ihezagira ibikorwa vyamaboko yawe.

 munkino 2 bamaze gukina muri kino gikombe c'isi ibi nivyo bitego bamaze kwinziza 1.Massi: 5 2.K.Mbappe: 43.H.Haaland :4...
23/06/2026


munkino 2 bamaze gukina muri kino gikombe c'isi
ibi nivyo bitego bamaze kwinziza

1.Massi: 5
2.K.Mbappe: 4
3.H.Haaland :4

ninde ubona bizorangira abaye Meilleur Buteur ??

The Rod follow plz

22/06/2026

Iyindirimbo ni hit ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ’ฏ๐ŸŽฏ๐ŸŽฏ
Mbe yitwa canke ??

22/06/2026

ya ma Big Fizzo iyi ni hit song
Naho bayisohoye bataduteguje nkaho umengo niyo bivye ๐Ÿ˜๐Ÿ˜

Umurundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎwacu   umukinyi rurangiranwa yahoze akiniria UD Almeria mucicaro gikuru muri Spain laliga aho yanatsinze igit...
22/06/2026

Umurundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎwacu umukinyi rurangiranwa yahoze akiniria UD Almeria mucicaro gikuru muri Spain laliga aho yanatsinze igitsindo Real Madrid ๐Ÿซฃ๐Ÿ˜

ubu tuvugana ntamugwi mumwe nserukira gihugu arahitamwo gukinira usivye match 2 zonyene yakiniye Belgium ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ช yabakiri bato
kumyaka Yiwe 25 arifuza gukinira intamba murugamba

Mbe mu Rwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ bimeze gute ko atamukinyi ari international bafise ๐Ÿ˜๐Ÿ˜โ“๏ธ

Naho kugaruka Mu Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ  kutarimwo Umuhinyanyuzi   aramenyesha abakunzi biwe ko umwanya n'umwanya ararekura indirimb...
22/06/2026

Naho kugaruka Mu Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ kutarimwo
Umuhinyanyuzi aramenyesha abakunzi biwe ko umwanya n'umwanya ararekura indirimbo nshasha

get ready for new banger from Joel ๐ŸŽง๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Ntukoreshe amarangamutima โŒ๏ธโŒ๏ธhagati ya B face na fabelove ninde wemera kuri Rap??
22/06/2026

Ntukoreshe amarangamutima โŒ๏ธโŒ๏ธ
hagati ya B face na fabelove ninde wemera kuri Rap??

10 minutes into his full World Cup debut and Lamine Yamal has his first goal โœจ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธiki gipeti ko gishaka kwandika amateka K...
21/06/2026

10 minutes into his full World Cup debut and Lamine Yamal has his first goal โœจ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ

iki gipeti ko gishaka kwandika amateka Kikiri gito?? ๐Ÿ™†โ€โ™€๏ธ๐Ÿซฃ

The Rod

Izi foto ziribiri zigaragara inkuru zibiri ziriko zivugwa cane muri Entertainment y'Uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ1.Kellyna na Big fizzo i...
21/06/2026

Izi foto ziribiri
zigaragara inkuru zibiri ziriko zivugwa cane muri Entertainment y'Uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ

1.Kellyna na Big fizzo indirimbo yabo mwayumvise gute?

2. Sat-B na Youssouf Nyange nibo Bantu batumye stade Intwari yuzura ??

tanga iciyumviro came nkumurundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’ฏ๐Ÿ”ฅ

 . ๐Ÿซฃ๐Ÿซฃ๐Ÿซฃ๐Ÿ™†โ€โ™€๏ธ๐Ÿ™†โ€โ™€๏ธ๐Ÿ™†โ€โ™€๏ธAmahera umugore wa   yaringitse ntiyogeze ayubakamwo inzu yose yayahereje mubunure none iyinzu ya chef...
21/06/2026

. ๐Ÿซฃ๐Ÿซฃ๐Ÿซฃ๐Ÿ™†โ€โ™€๏ธ๐Ÿ™†โ€โ™€๏ธ๐Ÿ™†โ€โ™€๏ธ

Amahera umugore wa yaringitse ntiyogeze ayubakamwo inzu yose yayahereje mubunure
none iyinzu ya chef de zone ya Kamenge niyo yaretse umugore wiwe
ashaka arungike ๐Ÿ’ธ๐Ÿ’ฒ๐Ÿ’ฐyo gusakara ๐Ÿซฃ๐Ÿ˜

ewe waragowe ๐Ÿ™†โ€โ™€๏ธ๐Ÿ˜
gusa jewe sometime ndamutahura ๐Ÿ˜๐Ÿ˜

  n'umufasha wiwe   barikumwe na   mubiro kwa   akajambo kamwe kuri Rap yuda (canke Rap gutera ivi ) The Rod
21/06/2026

n'umufasha wiwe barikumwe na mubiro kwa

akajambo kamwe kuri Rap yuda (canke Rap gutera ivi )

The Rod

Address

Kanyosha

Telephone

+27754507139

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when The Rod posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to The Rod:

Share