The Rod

The Rod The Hit News
Sport and Entertainment
We Promote Everything

Kura amaboko mumpuzu ukore imbere niheza Kandi IMANA ihezagira ibikorwa vyamaboko yawe.

Mbega indirimbo ya   yakoresheje   nk'umu Queen video yagiyehe hehe ko mutayivuza ❓️❓️
20/05/2026

Mbega indirimbo ya yakoresheje nk'umu Queen video yagiyehe hehe ko mutayivuza ❓️❓️

Mona walda mukiganiro yatanze kuri TV online Yavuze cane abasani bagenziwe bamutuka cane kuko hagaritse umuziki Ati uwam...
20/05/2026

Mona walda mukiganiro yatanze kuri TV online
Yavuze cane abasani bagenziwe bamutuka cane kuko hagaritse umuziki
Ati uwambere ni B-face On The'flo
Uwakabkri ni

Abo ntamusi uhera batibujije Mona walda kuja muri Studio agasubira guhe umunezero abakunzi biwe 🎤🔥🇧🇮✅️

Use nawe niko ubibona umuziki ndundi hari ico wahomvye kuba Mow'Kanzie yarahagaritse gusohora imiziki❓️❓️❓️

The Rod

Good morning my People ✨️🙌
20/05/2026

Good morning my People ✨️🙌

Buno buzima bisaba kwihangana Anyway ntamuntu akunda football ataryohewe kubona Arsenal itwara Premier league inyuma yim...
19/05/2026

Buno buzima bisaba kwihangana
Anyway ntamuntu akunda football ataryohewe kubona Arsenal itwara Premier league inyuma yimyaka 22
Irijoro ndi umufana wa Arsenal Mpaka dutwaye na Champions league twebwe aba Arsenal

The Rod

Inyuma yimyaka myinshi   yatakaye   agira amutugarukanire muri game  kundirimbo nshasha ishobora kuba izoba yitwa   The ...
19/05/2026

Inyuma yimyaka myinshi yatakaye agira amutugarukanire muri game kundirimbo nshasha ishobora kuba izoba yitwa

The Rod

Iyi style king  👑 Sat-B yambaye bayita gute ❓️❓️
19/05/2026

Iyi style king 👑 Sat-B yambaye bayita gute ❓️❓️

🚨 OFFICIEL ✅ Neymar 🇧🇷 azoba arikumwe n'umugwi nserukiragihigu wa Brésil mugikombe c'isi muci 🌍🤩abakunzi banking muri ru...
19/05/2026

🚨 OFFICIEL ✅ Neymar 🇧🇷 azoba arikumwe n'umugwi nserukiragihigu wa Brésil mugikombe c'isi muci 🌍🤩

abakunzi banking muri rusanga bishimiye itumwako rya Neymar muri Brazil
We nawe woba urimwo mubabinezererewe??

✍️The Rod

19/05/2026

Mwebwe muguma mushavuza Evaliste 🙆‍♀️🫣

Soma muri commentaire ukwidoga kwa Kirikou kuva aho yakiwe indirimbo reka sha 2 yakoranye na D-one
19/05/2026

Soma muri commentaire ukwidoga kwa Kirikou kuva aho yakiwe indirimbo reka sha 2 yakoranye na D-one

19/05/2026

Ghana🇬🇭 🙌

🙆‍♀️🫣Guturira amazu kubera iduga ry'igitoro 🚦🚧Kuva aho intambara ya Iran 🇮🇷 na Israel 🇮🇱 ibaye ibihugu vyinshi cane cane...
19/05/2026

🙆‍♀️🫣Guturira amazu kubera iduga ry'igitoro 🚦🚧

Kuva aho intambara ya Iran 🇮🇷 na Israel 🇮🇱 ibaye ibihugu vyinshi cane cane ivyo muri African 🌍
Igitoro caradugijwe ibeye kurugero rwa 30% 🤭🥲

Aya mafoto mubona aha ni mugihugu ca Kenya 🇰🇪 abanyagihugu bagiye mumabarabara baraturira amazu kubera iduga ry'igigotoro
Benshi muri barahakomerekeye nabandi barahapfira 🙆‍♀️🫣

Leta ya Kenya yagerageje kuremesha abanyagihugu bayo ko ibi biriko biraba arivyo akanya gato ariko vyanse ko bavya mw'ibabarabara

Havugwa ko mugisagara ca Nairobi hamaze kwononekara ibintu vyotwara amahera angana ni Miliyoni 500 za shilingi ya Kenya 🫣🙆‍♀️

Leta igerageza kwumvisha buri wese ari mumigumuko ataco ariko arakiza ahubwo arikoyisamburirako .

African news
✍️ The Rod

Address

Kanyosha

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when The Rod posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share